Abaroma 12:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nimureke kwoshwa n’iyi si*, ahubwo muhinduke mu guhindura uburyo mwiyumvira+, kugira mumenye neza+ ivyo Imana igomba, ni ukuvuga ibintu vyiza, vyemewe kandi bitagira akanenge. Abanyefeso 4:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 mukambara kamere* nshasha+ yaremwe hisunzwe ivyo Imana igomba, ihuye n’ubugororotsi bw’ukuri n’ukudahemuka kw’ukuri.
2 Nimureke kwoshwa n’iyi si*, ahubwo muhinduke mu guhindura uburyo mwiyumvira+, kugira mumenye neza+ ivyo Imana igomba, ni ukuvuga ibintu vyiza, vyemewe kandi bitagira akanenge.
24 mukambara kamere* nshasha+ yaremwe hisunzwe ivyo Imana igomba, ihuye n’ubugororotsi bw’ukuri n’ukudahemuka kw’ukuri.