ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 15:22, 23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Kurya nyene abantu bose bapfa kubera Adamu+, ni ko abantu bose bazogirwa bazima kubera Kristu+. 23 Mugabo umwe wese ni ku mwanya wiwe: Kristu ni we atangura*+, hanyuma aba Kristu mu gihe c’ukugaruka* kwiwe+.

  • Abafilipi 3:20, 21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Tweho ubwenegihugu bwacu+ buri mw’ijuru+, kandi turindiranye igishika umukiza azovayo, ari we Mukama Yezu Kristu+. 21 Ni we azohindura umubiri wacu uciye bugufi umere nk’umubiri wiwe w’ubuninahazwa+, biciye ku bubasha bwiwe bukomeye butuma aganza ibintu vyose+.

  • 2 Abatesalonika 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ariko ku bijanye n’igihe c’ukugaruka* kw’Umukama wacu Yezu Kristu+ be n’ugukoranirizwa hamwe ngo tube kumwe na we+, turabasavye bavukanyi

  • Ivyahishuwe 20:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Nca mbona intebe z’ubwami, maze abazicayeko bahabwa ububasha bwo guca imanza. Egome, mbona amaraso* y’abishwe* bahorwa gushingira intahe Yezu no kuvuga ivyerekeye Imana, n’ayabatasenze ca gikoko canke ishusho yaco kandi batemeye gushirwako ca kimenyetso mu ruhanga rwabo canke ku maboko yabo+. Nuko baba bazima, baraheza baganza hamwe na Kristu+ imyaka 1.000.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika