ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 19:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Yezu abishura ati: «Ni ukuri ndabibabwiye, Umwana w’umuntu niyicara ku ntebe yiwe y’ubuninahazwa muri ca gihe co guhindura ibintu vyose bikaba bishasha*, mwebwe mwankurikiye muzokwicara ku ntebe z’ubwami 12, mucire imanza imiryango 12 ya Isirayeli+.

  • Luka 22:28-30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Ariko ni mwebwe mwangumye hafi+ mu bigeragezo vyanje+. 29 Nanje ngiraniye namwe isezerano ry’ubwami+, nk’uko Dawe yagiraniye isezerano nanje, 30 kugira muze murire mwongere munywere ku meza yanje mu Bwami bwanje+, kandi muze mwicare ku ntebe z’ubwami+ kugira mucire imanza imiryango 12 ya Isirayeli+.

  • 2 Timoteyo 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Nitwabandanya kwihangana, tuzoganza turi kumwe na we+. Nitwamwihakana, na we azotwihakana+.

  • Ivyahishuwe 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 akatugira ubwami+ n’abaherezi+ b’Imana yiwe ikaba na Se wiwe, nahabwe ubuninahazwa n’ububasha gushika ibihe bidahera. Amen.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika