Itanguriro 17:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Aburahamu aca arunama mu maso hashika hasi. Atangura gutwenga, yibwira mu mutima+ ati: «Mbega umutama w’imyaka 100 yoba akivyara, canke Sara umutamakazi w’imyaka 90 yoba acibaruka+?» Itanguriro 21:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Sara aribungenga+, avyarira umuhungu Aburahamu mu busaza bwiwe, kuri ca gihe nyene Imana yari yaramubwiye+.
17 Aburahamu aca arunama mu maso hashika hasi. Atangura gutwenga, yibwira mu mutima+ ati: «Mbega umutama w’imyaka 100 yoba akivyara, canke Sara umutamakazi w’imyaka 90 yoba acibaruka+?»
2 Sara aribungenga+, avyarira umuhungu Aburahamu mu busaza bwiwe, kuri ca gihe nyene Imana yari yaramubwiye+.