1 Abatesalonika 4:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ariko ku bijanye no gukunda abavukanyi+, ntibikenewe ko tubibandikira, kuko mwebwe ubwanyu mwigishwa n’Imana gukundana+. 1 Petero 1:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Kubera ko mugamburukira ukuri, mwabaye abatyoroye bituma mwiyumvamwo abavukanyi ata bwiyorobetsi+. Nimukundane cane rero bivuye ku mutima+.
9 Ariko ku bijanye no gukunda abavukanyi+, ntibikenewe ko tubibandikira, kuko mwebwe ubwanyu mwigishwa n’Imana gukundana+.
22 Kubera ko mugamburukira ukuri, mwabaye abatyoroye bituma mwiyumvamwo abavukanyi ata bwiyorobetsi+. Nimukundane cane rero bivuye ku mutima+.