ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 20:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Mwirinde ubwanyu+, murinde n’ubusho bwose impwemu nyeranda yabagenyemwo ngo mube abahagarikizi*+, kugira muragire ishengero ry’Imana+. Yariguze amaraso y’Umwana wayo bwite+.

  • Ivyakozwe 20:35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Naraberetse muri vyose yuko mukwiye kubira akuya gutyo+ kugira mufashe abagoyagoya. Mukwiye kandi kwibuka ya majambo y’Umukama Yezu, igihe ubwiwe yavuga ati: “Gutanga bizana umunezero*+ kuruta guhabwa.”»

  • 1 Petero 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 nimuragire ubusho bw’Imana+ mujejwe, mubuhagarikire* mutagoberewe ahubwo mubikunze imbere y’Imana+. Ntimubikore mubitumwe n’ugukunda inyungu mbi+, ahubwo mubikore mubishashaye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika