ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 2:3-6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 vyongeye, niwahamagara ugutegera+

      kandi ugashira ijwi hejuru urondera ugutahura+,

       4 niwaguma ubirondera nk’uwurondera ifeza+

      kandi ukaguma ubirondera nk’uwurondera itunga ryanyegejwe+,

       5 uzoheza utahure ico ari co gutinya Yehova+

      kandi uzomenya Imana+.

       6 Kuko Yehova ari we atanga ubukerebutsi+,

      kandi mu kanwa kiwe havayo ubumenyi n’ugutahura.

  • Yohani 15:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Nimwaguma mwunze ubumwe nanje kandi amajambo yanje akaguma muri mwebwe, muzosaba ico mushaka cose kandi muzokironka+.

  • 1 Yohani 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ng’iki ico twizigiye tudakeka ku bijanye n’Imana+: iyo tuyisavye ikintu cose gihuye n’ukugomba kwayo iratwumva+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika