1 Abakorinto 1:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ndabahimiriza rero bavukanyi mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu, ngo mwese muvuge rumwe kandi ntihabe amacakubiri muri mwebwe+. Ahubwo mwunge ubumwe neza mu kubona ibintu kumwe no mu kwiyumvira kumwe+. Abafilipi 2:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ivyo nimwabikora, muzotuma nuzura umunezero nimwiyumvira kumwe, mukagira urukundo rumwe, mukunga ubumwe muri vyose*, mukagira n’ivyiyumviro bimwe+.
10 Ndabahimiriza rero bavukanyi mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu, ngo mwese muvuge rumwe kandi ntihabe amacakubiri muri mwebwe+. Ahubwo mwunge ubumwe neza mu kubona ibintu kumwe no mu kwiyumvira kumwe+.
2 Ivyo nimwabikora, muzotuma nuzura umunezero nimwiyumvira kumwe, mukagira urukundo rumwe, mukunga ubumwe muri vyose*, mukagira n’ivyiyumviro bimwe+.