1 Abatesalonika 5:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mububahe bimwe bidasanzwe mubigiranye urukundo kubera igikorwa bakora+. Mubane amahoro na bagenzi banyu+. Yakobo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mugabo ubukerebutsi buva mw’ijuru imbere ya vyose ntibwanduye+, kandi burangwa n’amahoro+, ntiburenza urugero*+, bwiteguriye kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+.
13 Mububahe bimwe bidasanzwe mubigiranye urukundo kubera igikorwa bakora+. Mubane amahoro na bagenzi banyu+.
17 Mugabo ubukerebutsi buva mw’ijuru imbere ya vyose ntibwanduye+, kandi burangwa n’amahoro+, ntiburenza urugero*+, bwiteguriye kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+.