ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 5:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Muzoba muhiriwe nibabatuka+, bakabahama+ kandi bakababeshera ibibi vy’ubwoko bwose kubera jewe+. 12 Muze munezerwe, muhimbarwe cane+, kuko impembo+ yanyu ari nini mw’ijuru. Ukwo nyene ni ko abahanuzi b’imbere yanyu bahamwe+.

  • Ivyakozwe 5:41
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 41 Baca bava imbere y’Inama nkuru baragenda, banezerewe+ kubera Imana yabateye iteka ryo guteterezwa ku bw’iryo zina.

  • 1 Petero 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Kuko Imana ibishima igihe umuntu yihanganira ingorane* kandi akababazwa ku karenganyo arondera kugira ijwi ryo mu mutima ryiza imbere yayo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika