ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 10:42
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 Kandi yadutegetse kubwira abantu inkuru nziza no gushinga intahe bimwe bishitse*+ yuko ari we Imana yagenye ngo abe umucamanza w’abazima n’abapfuye+.

  • Ivyakozwe 17:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 kuko yashinze umusi wo gucira urubanza+ isi mu bugororotsi biciye ku muntu yagenye. Kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya c’uko bizoba mu kumuzura mu bapfuye+.»

  • 2 Timoteyo 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Imbere y’Imana na Kristu Yezu, umwe azocira imanza+ abazima n’abapfuye+, kandi biciye ku kwerekanwa+ kwa Kristu n’Ubwami bwiwe+, ndagutegetse nshimitse ngo

  • Ivyahishuwe 20:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ndaheza mbona abapfuye, abahambaye n’abantu batobato, bahagaze imbere y’iyo ntebe maze imizingo irazingururwa. Hanyuma uwundi muzingo urazingururwa, ni wo muzingo w’ubuzima+. Abapfuye baca bacirwa imanza ku vyo bakoze, hisunzwe ivyanditse muri iyo mizingo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika