ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 32:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Ariko Yehova amwishura ati: «Uwancumuyeko ni we nzohanagura mu gitabu canje.

  • Zaburi 69:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Amazina yabo nafutwe mu gitabu c’ubuzima*+,

      kandi ntibandikwe hamwe n’abagororotsi+.

  • Daniyeli 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ico gihe Mikayeli*+, wa muganwa+ ahagaze kugira afashe ihanga ryawe azohaguruka. Kandi hazobaho igihe c’amarushwa atigeze abaho kuva habayeho ihanga gushika ico gihe. Muri ico gihe abantu bawe bazorusimba+, uwo wese izina ryiwe rizoba ryanditswe mu gitabu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika