Yesaya 53:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ni co gituma nzomuha umugabane muri benshi,kandi azogabangana isahu n’abanyabubasha,kubera ko yasutse ubuzima bwiwe gushika ku rupfu+,agaharurwa mu bacumuzi+.Yikoreye igicumuro c’abantu benshi+,aburanira abacumuzi+. Abaheburayo 9:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 hari akantu amaraso ya Kristu+, umwe yishikanye ku Mana atagira akanenge* biciye ku mpwemu idahera. Amaraso yiwe arahumanura ijwi ryacu ryo mu mutima rigakira ibikorwa ata co bimaze*+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+.
12 Ni co gituma nzomuha umugabane muri benshi,kandi azogabangana isahu n’abanyabubasha,kubera ko yasutse ubuzima bwiwe gushika ku rupfu+,agaharurwa mu bacumuzi+.Yikoreye igicumuro c’abantu benshi+,aburanira abacumuzi+.
14 hari akantu amaraso ya Kristu+, umwe yishikanye ku Mana atagira akanenge* biciye ku mpwemu idahera. Amaraso yiwe arahumanura ijwi ryacu ryo mu mutima rigakira ibikorwa ata co bimaze*+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+.