Yuda 17, 18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ariko mweho bavukanyi nkunda, mwibuke amajambo intumwa z’Umukama wacu Yezu Kristu zavuze kera*, 18 ingene bahora bababwira bati: «Mu gihe ca nyuma hazokwaduka abacokoranyi barondera guhaza ivyipfuzo vyabo bibi+.»
17 Ariko mweho bavukanyi nkunda, mwibuke amajambo intumwa z’Umukama wacu Yezu Kristu zavuze kera*, 18 ingene bahora bababwira bati: «Mu gihe ca nyuma hazokwaduka abacokoranyi barondera guhaza ivyipfuzo vyabo bibi+.»