ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Nimureke kwoshwa n’iyi si*, ahubwo muhinduke mu guhindura uburyo mwiyumvira+, kugira mumenye neza+ ivyo Imana igomba, ni ukuvuga ibintu vyiza, vyemewe kandi bitagira akanenge.

  • 1 Abakorinto 7:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 n’abakoresha isi bamere nk’abatayikoresha rwose, kuko ibintu vyo kuri iyi si biriko birahinduka.

  • Tito 2:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Kuko bwa buntu buhebuje* bw’Imana bwibonekeje, buzanira ubukiriro abantu b’uburyo bwose+. 12 Butwigisha kwamirira kure ukutubaha Imana n’ivyipfuzo vy’isi+, bukatwigisha no kubaho twiyumvira neza*, twigenza mu buryo bugororotse kandi twihebera Imana muri iyi si*+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika