Yohani 1:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nuko Jambo acika umuntu+, araheza abana natwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa bumeze nk’ubwo umwana w’ikinege+ ahabwa na se. Yari yuzuye ubuntu bw’Imana* hamwe n’ukuri. Ivyahishuwe 19:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, nca mbona n’ifarasi yera+. Uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.
14 Nuko Jambo acika umuntu+, araheza abana natwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa bumeze nk’ubwo umwana w’ikinege+ ahabwa na se. Yari yuzuye ubuntu bw’Imana* hamwe n’ukuri.
11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, nca mbona n’ifarasi yera+. Uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.