-
Ivyahishuwe 1:5, 6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 hamwe no kuri Yezu Kristu, «ca Cabona cizigirwa+», «imfura mu kuva mu bapfuye+», akaba n’«Umutware w’abami b’isi+.»
Umwe adukunda+ kandi yatubohoye mu bicumuro vyacu biciye ku maraso yiwe+, 6 akatugira ubwami+ n’abaherezi+ b’Imana yiwe ikaba na Se wiwe, nahabwe ubuninahazwa n’ububasha gushika ibihe bidahera. Amen.
-