Ivyahishuwe 3:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Lawodiseya+ uti: Umwe yitwa Amen+, ca cabona+ cizigirwa kandi c’ukuri+, umwe Imana yatangurirako kurema+, avuze ati:
14 Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Lawodiseya+ uti: Umwe yitwa Amen+, ca cabona+ cizigirwa kandi c’ukuri+, umwe Imana yatangurirako kurema+, avuze ati: