Ivyahishuwe 4:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ikinyabuzima ca mbere casa n’intambwe+, ica kabiri casa n’ishuri+, ica gatatu+ cari gifise mu maso nk’ah’umuntu, ica kane+ na co casa n’inkona iriko iraguruka+.
7 Ikinyabuzima ca mbere casa n’intambwe+, ica kabiri casa n’ishuri+, ica gatatu+ cari gifise mu maso nk’ah’umuntu, ica kane+ na co casa n’inkona iriko iraguruka+.