Abalewi 23:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Ku musi wa mbere muzotora ivyamwa vy’ibiti* vyizavyiza, amashami y’ibigazi+, amashami y’ibiti bitotahaye n’ay’ibiti vyo mu mwonga*, hanyuma mumare imisi indwi munezerewe+ imbere ya Yehova Imana yanyu+. Yohani 12:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Baca bafata amashami y’ibigazi, baja kumusanganira maze bavuga bati: «Kiza turagutakambiye! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova*+, Umwami wa Isirayeli+!»
40 Ku musi wa mbere muzotora ivyamwa vy’ibiti* vyizavyiza, amashami y’ibigazi+, amashami y’ibiti bitotahaye n’ay’ibiti vyo mu mwonga*, hanyuma mumare imisi indwi munezerewe+ imbere ya Yehova Imana yanyu+.
13 Baca bafata amashami y’ibigazi, baja kumusanganira maze bavuga bati: «Kiza turagutakambiye! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova*+, Umwami wa Isirayeli+!»