ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Jewe Yohani, ndabandikiye mwebwe amashengero indwi+ ari mu ntara ya Aziya:

      Nimugire ubuntu n’amahoro biva kuri «Umwe ariho kandi yamyeho kandi ariko araza+», no kuri za mpwemu indwi+ ziri imbere y’intebe yiwe y’ubwami

  • Ivyahishuwe 16:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Nca numva umumarayika w’amazi avuze ati: «Wewe uriho kandi wamyeho+, uri Imana idahemuka+. Uragororotse kuko washikije izo manza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika