1 Abakorinto 15:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Mugabo umwe wese ni ku mwanya wiwe: Kristu ni we atangura*+, hanyuma aba Kristu mu gihe c’ukugaruka* kwiwe+. 1 Abakorinto 15:52 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 52 mu kanya gato, mu kanya nk’ako gukubita urugohe, urumbete rwa nyuma nirwavuga. Kuko urumbete ruzovuga+, abapfuye bakazurwa badashobora kubora, natwe tugahindurwa. Abafilipi 3:10, 11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Intumbero mfise ni iyo kumumenya no kumenya ububasha bw’izuka ryiwe+ no gusangira na we imibabaro yiwe+, nkemera gupfa urupfu nk’urwiwe+, 11 ngo ndabe yuko nimba bishoboka noshikira izuka rya kare ry’abapfuye+. 1 Abatesalonika 4:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kuko Umukama ubwiwe azomanuka avuye mw’ijuru n’akamo k’ugutegeka, n’ijwi ry’umumarayika mukuru+ be n’urumbete rw’Imana, maze abapfuye bunze ubumwe na Kristu bazuke ubwa mbere+.
23 Mugabo umwe wese ni ku mwanya wiwe: Kristu ni we atangura*+, hanyuma aba Kristu mu gihe c’ukugaruka* kwiwe+.
52 mu kanya gato, mu kanya nk’ako gukubita urugohe, urumbete rwa nyuma nirwavuga. Kuko urumbete ruzovuga+, abapfuye bakazurwa badashobora kubora, natwe tugahindurwa.
10 Intumbero mfise ni iyo kumumenya no kumenya ububasha bw’izuka ryiwe+ no gusangira na we imibabaro yiwe+, nkemera gupfa urupfu nk’urwiwe+, 11 ngo ndabe yuko nimba bishoboka noshikira izuka rya kare ry’abapfuye+.
16 Kuko Umukama ubwiwe azomanuka avuye mw’ijuru n’akamo k’ugutegeka, n’ijwi ry’umumarayika mukuru+ be n’urumbete rw’Imana, maze abapfuye bunze ubumwe na Kristu bazuke ubwa mbere+.