ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ntihaze hagire ico mwongera ku majambo ndabategetse, kandi ntihaze hagire ico mukurako+, kugira mwubahirize amabwirizwa ya Yehova Imana yanyu ndiko ndabashikiriza.

  • Gusubira mu vyagezwe 12:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Muze mwitwararike gukurikiza amajambo yose ndabategetse+. Ntihaze hagire ico mwongerako, kandi ntihaze hagire ico mukurako+.

  • Abagalatiya 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Ariko naho hogira uwo muri twebwe canke umumarayika avuye mw’ijuru, abamenyesha inkuru nziza itandukanye n’iyo twabamenyesheje, arakavumwa.

  • 1 Yohani 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Mugabo ijambo ryose ryahumetswe ritemera icese Yezu, ntiriba riva ku Mana+. Iryo riba ari ijambo ryahumetswe na antikristu, uwo mwumvise ko ariko araza+, ubu rikaba rimaze gushika mw’isi+.

  • 2 Yohani 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Umuntu wese arenga ku nyigisho za Kristu kandi ntazigumemwo, ntaba yunze ubumwe n’Imana+. Mugabo uwuguma muri izo nyigisho, aba yunze ubumwe na Data hamwe n’Umwana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika