Yakobo 2:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Mu vy’ukuri, nk’uko umubiri utagira impwemu* uba upfuye+, ni ko n’ukwizera kutagira ibikorwa kuba gupfuye+.
26 Mu vy’ukuri, nk’uko umubiri utagira impwemu* uba upfuye+, ni ko n’ukwizera kutagira ibikorwa kuba gupfuye+.