ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Hirya no hino y’iyo ntebe hariho intebe z’ubwami 24, kandi kuri izo ntebe hari hicaye abakurambere 24+ bambaye impuzu zera n’ingori z’inzahabu ku mitwe.

  • Ivyahishuwe 19:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Egome, yaratewe iteka ryo kwambara impuzu y’ilino* nziza, yakaka kandi isukuye, kuko iyo mpuzu y’ilino nziza igereranya ibikorwa bigororotse vy’aberanda+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika