Ibirimwo
1 Ruheshi 2009
Bibiliya yoba ari ngirakamaro muri iki gihe cacu?
IBIRI MURI IYI NOMERO
3 Abantu bararondera ubuyobozi ngirakamaro
5 Igituma Bibiliya ari ngirakamaro muri iki gihe cacu
12 Amadini yose yoba ashikana ku Mana imwe?
16 Niwigishe abana bawe—Umwishwa wa Paulo yararokoye ubuzima bw’uwo inarume
18 Ndakenguruka naho nashikiwe n’ivyago—Ukuntu Bibiliya yamfashije kwihangana
26 Niwiyegereze Imana—Ntiyirengagiza aho ubushobozi bwacu bugera
28 Hoba hari umuntu n’umwe vy’ukuri akwitaho
31 Ivyabajijwe n’abasomyi bacu
URUPAPURO 8
Imana yoba yihindukiza mw’ijambo?
URUPAPURO 21
[Abo dukesha amafoto ku rup. 2]
Wycliffe: Ifoto yakuwe mu gitabu The History of Protestantism (Vol. I); Bibiliya: Tuyikesha American Bible Society Library, y’i New York