ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w10 15/7 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
  • Udutwe
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
  • Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
w10 15/7 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Mukakaro 2010

Integuro y’ukwiga

IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:

30 Myandagaro 2010–5 Nyakanga 2010

Ivyo umusi wa Yehova uzohishura

URUPAPURO 3

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 195, 172

6-12 Nyakanga 2010

“Mubwirizwa kuba abantu bameze gute!”

URUPAPURO 7

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 177, 160

13-19 Nyakanga 2010

Nugire uruhara rushitse mw’iyimbura rihambaye ryo mu vy’impwemu

URUPAPURO 16

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 32, 181

20-26 Nyakanga 2010

‘Impwemu irasesangura ibintu vyimbitse vy’Imana’

URUPAPURO 20

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 108, 54

Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1, 2 URUPAPURO 3-11

Mw’ikete rigira kabiri intumwa Petero yanditse, yaraseruye yuko yitwararika cane abakirisu bobayeho mu gihe c’iherezo. Ibi biganiro bibiri bizodufasha kugumiza umusi wa Yehova hafi ku muzirikanyi. Tuzorimbura ivyo dutegerezwa kwirinda n’ivyo dutegerezwa gukora kugira ngo twitegurire umusi uhambaye wa Yehova.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 3 URUPAPURO 16-20

Tubayeho mu gihe c’iyimbura rihambaye ryo mu vy’impwemu. Ni kamere izihe dukeneye kugira ngo tugire uruhara rushitse mu gikorwa c’ukwamamaza? Dushobora gute kuvyifatamwo neza uko dushoboye kwose igihe turi mu bintu bigoye? Iki kiganiro kizokwishura ivyo bibazo.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 4 URUPAPURO 20-24

Iki kiganiro kiraca irya n’ino ico twebwe ubwacu twokora kugira ngo twungukire bimwe bishitse ku ruhara impwemu y’Imana irangura mu kudufasha gutahura Ijambo ryayo.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI:

“Ntutinye, ndagutabara” 12

Niwinjize mu bana bawe ugukunda gusoma no kwiga 25

“Ushishikare kwijukira . . . ukwigisha” 29

Kuba maso biravamwo ivyiza 32

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika