Ibirimwo
March 15, 2014
© 2014 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania.
INTEGURO Y’UKWIGA
5-11 RUSAMA 2014
Ingene twoguma dufise agatima ko kwitanga
URUPAPURO 7 • INDIRIMBO: 61, 25
12-18 RUSAMA 2014
Ingene twoguma tubona ibintu mu buryo bwiza
URUPAPURO 12 • INDIRIMBO: 74, 119
19-25 RUSAMA 2014
Mutere iteka abageze mu zabukuru bari muri mwebwe
URUPAPURO 20 • INDIRIMBO: 90, 135
26 RUSAMA 2014–1 RUHESHI 2014
Twitwararike abageze mu zabukuru
URUPAPURO 25 • INDIRIMBO: 134, 29
IBIGANIRO VY’UKWIGA
▪ Ingene twoguma dufise agatima ko kwitanga
Turahanganye n’umwansi yihishije ashobora kwonona agatima dufise ko kwitanga. Iki kiganiro kirerekana uwo mwansi uwo ari we be n’ukuntu twokoresha Bibiliya mu kumurwanya.
▪ Ingene twoguma tubona ibintu mu buryo bwiza
Kubona ibintu mu buryo bwiza birashobora kudufasha kwihangana mu gusenga Yehova kwacu. Kubera iki usanga hari ababona ibintu mu buryo buca intege? Iki cigwa kirerekana ukuntu twokoresha Bibiliya kugira idufashe kuguma tubona ivyacu mu buryo bwiza.
▪ Mutere iteka abageze mu zabukuru bari muri mwebwe
▪ Twitwararike abageze mu zabukuru
Ibi biganiro biraca irya n’ino ivyo umukirisu umwumwe wese be n’ishengero bategerezwa gukorera abo basangiye ukwemera be n’incuti bageze mu zabukuru. Turaza kwihweza kandi ivyiyumviro ngirakamaro bimwebimwe vyogufasha gushitsa ivyo bintu usabwa.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
3 Ingene twoshikira umutima w’incuti zitemera
17 Ugusenga kwo mu muryango—Mwoba mwotuma kurushiriza kuryoha?
KU GIPFUKISHO: Ivyabona bamwebamwe bo muri Ostraliya baragira ingendo ndende bagiye kubwira inkuru nziza abantu baba ku mararo y’inka ari mu turere two hagati mu gihugu kandi bakorerayo
OSTRALIYA
ABANYAGIHUGU
23.192.500
ABAMAMAJI
66.967