Ibirimwo
15 Rusama 2014
© 2014 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
INTEGURO Y’UKWIGA
7-13 MUKAKARO 2014
Dukwiye “kwishura umuntu wese” gute?
URUPAPURO 6 • INDIRIMBO: 96, 93
14-20 MUKAKARO 2014
Nukurikize rya Tegeko ry’agakura mu busuku bwawe
URUPAPURO 11 • INDIRIMBO: 73, 98
21-27 MUKAKARO 2014
URUPAPURO 21 • INDIRIMBO: 125, 53
28 MUKAKARO 2014–3 MYANDAGARO 2014
Woba uriko urajana n’ishirahamwe rya Yehova?
URUPAPURO 26 • INDIRIMBO: 45, 27
IBIGANIRO VY’UKWIGA
▪ Dukwiye “kwishura umuntu wese” gute?
▪ Nukurikize rya Tegeko ry’agakura mu busuku bwawe
Mu busuku bwacu, rimwe na rimwe turahura n’ibibazo bigoye kwishura. Ikiganiro ca mbere muri ibi biganiro bibiri kiraca irya n’ino uburyo butatu twokoresha mu gutanga inyishu zijijura. (Kol. 4:6) Ikiganiro ca kabiri kirerekana ingene amajambo ya Yezu dusanga muri Matayo 7:12 akwiye kugira ico akoze ku busuku turangura.
▪ Yehova ni Imana y’urutonde
▪ Woba uriko urajana n’ishirahamwe rya Yehova?
Yehova yamye yungunganya abasavyi biwe. Ibi biganiro bibiri biratwereka ivyo Imana yiteze kuri twebwe abasavyi bayo. Biratwereka kandi igituma bihambaye kuguma turi intahemuka kw’ishirahamwe Yehova ariko arakoresha muri iki gihe.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
3 ‘Ibifungurwa vyanje ni ugukora ukugomba kw’Imana’
KU GIPFUKISHO: Bashiki bacu bariko baramamaza aho bagurisha amafi kw’ibarabara. Muri iryo zinga havugwa indimi zirenga 20
SAIPAN
ABANYAGIHUGU
48.220
ABAMAMAJI
201
ABATSIMVYI BASANZWE
32
ABATSIMVYI BAFASHA
76
Mu 2013, abitavye icibutso bari 570