ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 1/12 rup. 4
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 6 Ruhuhuma

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 6 Ruhuhuma
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 6 RUHUHUMA
Igikorwa dukorera Ubwami—2012
km 1/12 rup. 4

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 6 Ruhuhuma

INDWI ITANGURA KU WA 6 RUHUHUMA

Ururirimbo rwa 101 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

bt ikig. 16 ing. 8-12, n’uruzitiro ku rup. 132 (Imin. 25)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Yesaya 47-51 (Imin. 10)

No. 1: Yesaya 51:1-11 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Icagezwe c’Isabato nticahawe abakirisu (td 18B) (Imin. 5)

No. 3: Imana y’urukundo yoshobora gute gusangangura umuntu uwo ari we wese?—2 Tes. 1:6-9 (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 36

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: Ico womenya ku bijanye n’ibibanza vyo kuri Internet abantu bashirako amakuru yabo—Igice ca 2. Insiguro ishingiye kuri Be maso! yo muri Nzero-Ntwarante 2012, urupapuro rwa 20-23.

Imin. 10: Ibikenewe iwanyu.

Imin. 10: Ukuntu twoshobora gushikiriza ibinyamakuru muri Ruhuhuma. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Fata umunota umwe canke ibiri uvuge bimwebimwe mu biganiro vyoshimisha abantu mu cibare canyu. Hanyuma, ufatiye ku biganiro vy’Umunara w’Inderetsi bihuye n’umutwe wo ku gipfukisho, nusabe abumviriza bavuge ikibazo kivyura ugushimishwa bobaza, uce ubasaba bavuge icanditswe bosoma. Nubigenze nk’ukwo nyene ku biganiro vyo muri Be maso! bihuye n’umutwe wo ku gipfukisho, hanyuma umwanya ubibakundiye, ubigenze gutyo no ku kindi kiganiro kimwe co muri ivyo binyamakuru. Nimugire umwerekano w’ukuntu kimwekimwe cose muri ivyo binyamakuru coshobora gushikirizwa.

Ururirimbo rwa 96 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika