Gusubira mu vyagezwe 31:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yehova araheza abwira Musa ati: «Ehe uri mu gupfa* kandi aba bantu bazompemukira batangure gusenga imana* z’amahanga abakikuje mu gihugu bagiyemwo+. Bazompeba+ bongere barenge kw’isezerano nagiraniye na bo+.
16 Yehova araheza abwira Musa ati: «Ehe uri mu gupfa* kandi aba bantu bazompemukira batangure gusenga imana* z’amahanga abakikuje mu gihugu bagiyemwo+. Bazompeba+ bongere barenge kw’isezerano nagiraniye na bo+.