Imigani 29:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Umuntu akosorwa kenshi ariko ntiyumve*+azovunika bukwi na bukwi kandi ntazokira+.