Luka 10:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Dawe yarampaye ibintu vyose. Nta muntu n’umwe azi Umwana uwo ari we atari Dawe, kandi nta muntu n’umwe azi Dawe uwo ari we atari Umwana+ be n’uwo wese Umwana ashatse kumuhishurira+.» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:22 Umunara w’Inderetsi,15/4/2012, rup. 3-71/4/2011, rup. 7
22 Dawe yarampaye ibintu vyose. Nta muntu n’umwe azi Umwana uwo ari we atari Dawe, kandi nta muntu n’umwe azi Dawe uwo ari we atari Umwana+ be n’uwo wese Umwana ashatse kumuhishurira+.»