Luka 18:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Hanyuma abaha ikigereranyo kugira abereke ko bakeneye kwama basenga kandi ntibarambirwe+. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:1 Yezu ni inzira, rup. 220