Abaroma 12:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nimunezerwe kubera icizigiro. Mwihangane mu makuba+. Mushishikare gusenga+. Abanyefeso 6:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ivyo mubigire mubandanya no gusenga mukoresheje ubwoko bwose bw’amasengesho+ n’intakambo igihe cose mu mpwemu+. Ku bw’ivyo, mugume murikanuye, mutakamba igihe cose ku bw’aberanda bose. Abafilipi 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+. Ahubwo mu bihe vyose, ivyo mukeneye gusaba mubimenyeshe Imana mu gusenga, mu gutakamba no mu gukenguruka+. Abakolosayi 4:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Mushishikare gusenga+, mugume muri maso muri ivyo, hariko n’ugukenguruka+. 1 Abatesalonika 5:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Musenge igihe cose+.
18 Ivyo mubigire mubandanya no gusenga mukoresheje ubwoko bwose bw’amasengesho+ n’intakambo igihe cose mu mpwemu+. Ku bw’ivyo, mugume murikanuye, mutakamba igihe cose ku bw’aberanda bose.
6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+. Ahubwo mu bihe vyose, ivyo mukeneye gusaba mubimenyeshe Imana mu gusenga, mu gutakamba no mu gukenguruka+.