Abaroma 11:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ndabaza rero nti: Mbega Imana yarataye abantu bayo+? Habe namba! Kuko na jewe ndi Umwisirayeli wo mu ruvyaro* rwa Aburahamu, nkaba mva mu muryango wa Benyamini.
11 Ndabaza rero nti: Mbega Imana yarataye abantu bayo+? Habe namba! Kuko na jewe ndi Umwisirayeli wo mu ruvyaro* rwa Aburahamu, nkaba mva mu muryango wa Benyamini.