Kuvayo 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’
9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’