1 Samweli 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi hari umugabo i Mawoni+, akaba yarangurira igikorwa ciwe i Karumeli+. Uwo mugabo yari ahambaye cane: yari afise intama ibihumbi bitatu n’impene igihumbi; yakora ivyo gukemura+ intama ziwe i Karumeli. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 25:2 Niwigane, rup. 78 Umunara w’Inderetsi,1/7/2009, rup. 19
2 Kandi hari umugabo i Mawoni+, akaba yarangurira igikorwa ciwe i Karumeli+. Uwo mugabo yari ahambaye cane: yari afise intama ibihumbi bitatu n’impene igihumbi; yakora ivyo gukemura+ intama ziwe i Karumeli.