Ezekiyeli 20:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Nzohimbarwa namwe kubera akamoto karuhura+, ninabakura mu bisata vy’abantu nkabakoraniriza hamwe vy’ukuri ndabakuye mu bihugu mwasanzarijwemwo+, kandi nzokwiyereza muri mwebwe mu maso y’amahanga+.’
41 Nzohimbarwa namwe kubera akamoto karuhura+, ninabakura mu bisata vy’abantu nkabakoraniriza hamwe vy’ukuri ndabakuye mu bihugu mwasanzarijwemwo+, kandi nzokwiyereza muri mwebwe mu maso y’amahanga+.’