ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 8
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Umusiguzi: ibirimwo

      • Ubutegetsi bw’abantu badatunganye (1-17)

        • Gamburuka amategeko y’umwami (2-4)

        • Umuntu aganza uwundi mu kumugirira nabi (9)

        • Igihe urubanza rudashizwe mu ngiro ningoga (11)

        • Nurye, unywe kandi unezerwe (15)

Umusiguzi 8:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «azi insobanuro y’ibintu.»

Umusiguzi 8:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 24:21, 22; Rm 13:1; Tt 3:1; 1Pt 2:13
  • +2Sm 5:3

Umusiguzi 8:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 10:4
  • +1Bm 1:5, 7; Img 20:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2006, rup. 16

Umusiguzi 8:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 2:24, 25

Umusiguzi 8:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umwanya ubereye n’ingingo ibereye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:5; 1Pt 3:13
  • +1Sm 24:12, 13; 26:8-10; Zb 37:7

Umusiguzi 8:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 3:17

Umusiguzi 8:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «impemu», «umuyaga.»

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «ababisha ntibashobora gukizwa n’ububisha bwabo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:48

Umusiguzi 8:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 1:13, 14; Mik 7:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 31

    Be maso!,

    no. 3 2017 rup. 6

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2002, rup. 3

Umusiguzi 8:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 10:7

Umusiguzi 8:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:4, 6
  • +1Sm 2:22, 23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2010, rup. 4

Umusiguzi 8:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:9; 103:13; 112:1; Yes 3:10; 2Pt 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1997, rup. 17-18

Umusiguzi 8:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:10; Yes 57:21
  • +Yb 24:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1997, rup. 17-18

Umusiguzi 8:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kitagira akamaro.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 7:15
  • +Zb 37:7; 73:12

Umusiguzi 8:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 100:2
  • +Ums 2:24; 3:12, 13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 44

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1996, rup. 26

Umusiguzi 8:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «mbona yuko abantu badatora agatiro ku murango no mw’ijoro.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 1:13; 7:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2006, rup. 16

Umusiguzi 8:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 3:11; Rm 11:33
  • +Yb 28:12; Ums 7:24; 11:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2006, rup. 16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Umus. 8:2Img 24:21, 22; Rm 13:1; Tt 3:1; 1Pt 2:13
Umus. 8:22Sm 5:3
Umus. 8:3Ums 10:4
Umus. 8:31Bm 1:5, 7; Img 20:2
Umus. 8:41Bm 2:24, 25
Umus. 8:5Rm 13:5; 1Pt 3:13
Umus. 8:51Sm 24:12, 13; 26:8-10; Zb 37:7
Umus. 8:6Ums 3:17
Umus. 8:8Zb 89:48
Umus. 8:9Kv 1:13, 14; Mik 7:3
Umus. 8:10Img 10:7
Umus. 8:11Zb 10:4, 6
Umus. 8:111Sm 2:22, 23
Umus. 8:12Zb 34:9; 103:13; 112:1; Yes 3:10; 2Pt 2:9
Umus. 8:13Zb 37:10; Yes 57:21
Umus. 8:13Yb 24:24
Umus. 8:14Ums 7:15
Umus. 8:14Zb 37:7; 73:12
Umus. 8:15Zb 100:2
Umus. 8:15Ums 2:24; 3:12, 13
Umus. 8:16Ums 1:13; 7:25
Umus. 8:17Ums 3:11; Rm 11:33
Umus. 8:17Yb 28:12; Ums 7:24; 11:5
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Umusiguzi 8:1-17

Umusiguzi

8 Ni nde yogereranywa n’inkerebutsi? Ni nde azi inyishu y’ibibazo vyose*? Ubukerebutsi bw’umuntu butuma mu maso hiwe haba ahakeye, kandi buragabanya umujinya yari afise.

2 Ico mvuga ni iki: «Gamburuka amategeko y’umwami+ kubera ivyo warahiye Imana+. 3 Ntiwihutire kuva imbere yiwe+. Ntushigikire ikibi na kimwe+, kuko ashobora gukora ico ashatse cose, 4 kandi ijambo ry’umwami ni ntaharirizwa+. Ni nde none yomubaza ngo: “Uriko ukora iki?”»

5 Uwubahiriza amabwirizwa ntazoshikirwa n’ingorane+, kandi umutima w’umunyabwenge uramenya umwanya ubereye wo gukora ikintu n’uburyo bwo kugikora*+. 6 Ikintu cose kirafise umwanya waco n’ingene gikorwa+, kubera ko ingorane zihanze abantu ari nyinshi cane. 7 Ko ata n’umwe azi ibizoba, none ni nde yovuga ingene bizogenda?

8 Kurya nyene ata wufise ububasha ku mpwemu* canke ngo ashobore kuyitangira, ni na ko ata wufise ububasha ku musi w’urupfu+. Kurya nyene ata wurekurwa ngo ave ku rugamba mu gihe c’intambara, ni ko n’ububisha butazorekura ababukora*.

9 Ivyo vyose narabibonye, kandi narihweje ibikorwa vyose bikorerwa munsi y’izuba, mu gihe umuntu aganza uwundi mu kumugirira nabi+. 10 Kandi narabonye ababisha bahambwa, abahora binjira bongera basohoka mu kibanza ceranda, ariko bagaca bibagirwa ningoga mu gisagara bahora bakoreramwo ayo mabi+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa.

11 Kubera ko urubanza rwaciriwe inkozi y’ikibi rutashizwe mu ngiro ningoga+, abantu ntibagitinya gukora ikibi+. 12 Naho umucumuzi yokora ikibi incuro ijana kandi akaramba, ndazi ko bizogendera neza abatinya Imana y’ukuri, kuko bayitinya+. 13 Ariko umubisha ntibizomugendera neza+. Imisi yiwe imeze nk’igitutu+, ntizokwongerekana kuko adatinya Imana.

14 Hari ikintu kibabaje* kiba kw’isi: hari abagororotsi bafatwa nk’inkozi z’ikibi+, hakaba n’inkozi z’ikibi zifatwa nk’abagororotsi+. Ivyo na vyo nyene novuga ko ari ubusa.

15 Naciye ndemesha abantu kunezerwa+, kuko munsi y’izuba ata coza kirutira umuntu kurya, kunywa no kunezerwa. Ivyo ni vyo bikwiye kumuherekeza mu gikorwa kitoroshe arangura mu misi y’ubuzima bwiwe+, iyo Imana y’ukuri yamuhaye munsi y’izuba.

16 Nariyemeje kurondera ubukerebutsi no kwihweza ibikorwa vyose bikorerwa kw’isi+, mbere nkiyima n’agatiro ku murango no mw’ijoro*. 17 Narihweje ibikorwa vyose Imana y’ukuri yakoze, nsanga abantu ntibashobora gutahura ibibera munsi y’izuba+. Naho bogerageza gute, ntibashobora kubitahura. Naho bokwibwira ko bafise ubwenge buhagije kugira babimenye, ntibashobora kubitahura vy’ukuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika