-
Nehemiya 5:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 Yamara umubiri wacu ni cokimwe n’umubiri wa bene wacu+; abahungu bacu ni cokimwe n’abahungu babo, mugabo ehe abahungu bacu n’abakobwa bacu turiko tubagira abashumba+, kandi hari bamwe mu bakobwa bacu bamaze kugirwa abashumbakazi; nta co dushoboye gukora kuko amatongo yacu n’imirima yacu y’imizabibu vyegukira abandi.”
-