Gusubira mu vyagezwe 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe maze ukabona amafarasi n’imikogote y’intambara+, abantu benshi kukuruta, ntuze ubatinye; kuko Yehova Imana yawe, uwagukuye mu gihugu ca Misiri+, ari kumwe nawe+. Gusubira mu vyagezwe 31:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugire umutima rugabo kandi mukomere+. Ntutinye canke ngo uranduke umutima imbere yabo+, kuko Yehova Imana yawe ari we agendana nawe. Ntazoguta canke ngo aguhebe buhere+.” Yosuwa 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ababa mu karere k’imisozi bose, kuva i Libani+ gushika i Misirefoti-mayimu+, ari bo Banyasidoni+ bose; jewe ubwanje nzobomora imbere ya bene Isirayeli+. Gusa ucegurire Isirayeli bwa ntoranwa, nk’uko nyene nagutegetse+. Zaburi 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.Ni nde nzotinya+?Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.Ni nde nzogirira ubwoba+? Abaroma 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+? Abaheburayo 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ku buryo dushobora kugira umutima rugabo+ tukavuga duti: “Yehova ni umutabazi wanje; sinzotinya. Umuntu yongira iki+?”
20 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe maze ukabona amafarasi n’imikogote y’intambara+, abantu benshi kukuruta, ntuze ubatinye; kuko Yehova Imana yawe, uwagukuye mu gihugu ca Misiri+, ari kumwe nawe+.
6 Mugire umutima rugabo kandi mukomere+. Ntutinye canke ngo uranduke umutima imbere yabo+, kuko Yehova Imana yawe ari we agendana nawe. Ntazoguta canke ngo aguhebe buhere+.”
6 ababa mu karere k’imisozi bose, kuva i Libani+ gushika i Misirefoti-mayimu+, ari bo Banyasidoni+ bose; jewe ubwanje nzobomora imbere ya bene Isirayeli+. Gusa ucegurire Isirayeli bwa ntoranwa, nk’uko nyene nagutegetse+.
27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.Ni nde nzotinya+?Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.Ni nde nzogirira ubwoba+?
6 Ku buryo dushobora kugira umutima rugabo+ tukavuga duti: “Yehova ni umutabazi wanje; sinzotinya. Umuntu yongira iki+?”