-
2 Samweli 14:19Bibiliya y’isi nshasha
-
-
19 Umwami abandanya kuvuga ati: “Ukuboko kwa Yowabu+ kwoba kuri kumwe nawe muri ivyo vyose+?” Maze nya mugore arishura ati: “Ndahiye ubuzima bwawe+, ewe mukama wanje umwami, nta muntu ashobora guca iburyo canke ibubamfu ivyo umukama wanje umwami avuze vyose; kuko umusuku wawe Yowabu ari we yantegetse, kandi ni we yabwiye umusukukazi wawe ayo majambo yose+.
-