Kuvayo 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubikorera+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+, izana igihano ku bana ku bw’ikosa rya ba se, kw’iyaruka rigira gatatu no ku rigira kane, ku banyanka+; 2 Abami 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera; kandi nzorandura koko kwa Ahabu+ umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara wese kandi atagira ico amaze+ muri Isirayeli. 2 Abami 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nya kete rikimara kubashikira, bafata abo bahungu b’umwami maze barabakerera, abagabo mirongo irindwi+, hanyuma bashira imitwe yabo mu bisimbo baraheza barayimurungikira i Yezireyeli.
5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubikorera+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+, izana igihano ku bana ku bw’ikosa rya ba se, kw’iyaruka rigira gatatu no ku rigira kane, ku banyanka+;
8 Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera; kandi nzorandura koko kwa Ahabu+ umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara wese kandi atagira ico amaze+ muri Isirayeli.
7 Nya kete rikimara kubashikira, bafata abo bahungu b’umwami maze barabakerera, abagabo mirongo irindwi+, hanyuma bashira imitwe yabo mu bisimbo baraheza barayimurungikira i Yezireyeli.