1 Abami 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 ehe ngira nzane ivyago kuri wewe+; nzokubura koko inyuma yawe noganze+ nongere ndandure kwa Ahabu umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli.
21 ehe ngira nzane ivyago kuri wewe+; nzokubura koko inyuma yawe noganze+ nongere ndandure kwa Ahabu umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli.