-
2 Ngoma 34:21Bibiliya y’isi nshasha
-
-
21 “Gende munsigurize+ Yehova, twe+ n’abasigaye muri Isirayeli no muri Yuda, ku vyerekeye amajambo yo muri ico gitabu+ cubuwe, kuko ubushangashirwe bwa Yehova+ butegerezwa gusukwa kuri twebwe ari bwinshi, kubera ko ba sogokuruza bacu batagumije ijambo rya Yehova ngo bakore bisunze ivyanditswe muri iki gitabu vyose+.”
-