Gusubira mu vyagezwe 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ibuka: Ntiwibagire ingene wateye ishavu Yehova Imana yawe mu gahinga+. Kuva kuri wa musi wava mu gihugu ca Misiri gushika uje aha hantu, mwabaye abagarariji mu nyifato mugira kuri Yehova+. Abacamanza 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Batangura rero kwiyabirira abakobwa babo+, abakobwa babo bwite na bo babaha abahungu babo+, kandi batangura gukorera imana zabo+. Ezekiyeli 20:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Bwira rero inzu ya Isirayeli, ewe mwana w’umuntu, ubabwire+ uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Muri ivyo kandi, ba sogokuruza banyu barantutse, mu kumpemukira+.
7 “Ibuka: Ntiwibagire ingene wateye ishavu Yehova Imana yawe mu gahinga+. Kuva kuri wa musi wava mu gihugu ca Misiri gushika uje aha hantu, mwabaye abagarariji mu nyifato mugira kuri Yehova+.
6 Batangura rero kwiyabirira abakobwa babo+, abakobwa babo bwite na bo babaha abahungu babo+, kandi batangura gukorera imana zabo+.
27 “Bwira rero inzu ya Isirayeli, ewe mwana w’umuntu, ubabwire+ uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Muri ivyo kandi, ba sogokuruza banyu barantutse, mu kumpemukira+.