Zaburi 51:1 Bibiliya y’isi nshasha 51 Ngirira ubutoni, ewe Mana, nk’uko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri+.Nuhanagure ibigabitanyo vyanje nk’uko ubwinshi bw’imbabazi zawe buri+. Zaburi 85:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe Yehova, twereke ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+,Uduhe ubukiriro bwawe+. Zaburi 90:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mu gitondo nuduhaze ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+,Kugira ngo twihe akamo k’umunezero, tunezerwe mu misi yacu yose+. Zaburi 106:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nunyibuke, ewe Yehova, unyibukishe bwa butoni ugirira abantu bawe+.Nunyitwararikishe ubukiriro bwawe+, Zaburi 119:76 Bibiliya y’isi nshasha 76 Ndakwinginze ubuntu bwuzuye urukundo bwawe bube ubwo kumpoza+,Nk’uko ijambo ryawe wabwiye umusavyi wawe riri+.
51 Ngirira ubutoni, ewe Mana, nk’uko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri+.Nuhanagure ibigabitanyo vyanje nk’uko ubwinshi bw’imbabazi zawe buri+.
14 Mu gitondo nuduhaze ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+,Kugira ngo twihe akamo k’umunezero, tunezerwe mu misi yacu yose+.
4 Nunyibuke, ewe Yehova, unyibukishe bwa butoni ugirira abantu bawe+.Nunyitwararikishe ubukiriro bwawe+, Zaburi 119:76 Bibiliya y’isi nshasha 76 Ndakwinginze ubuntu bwuzuye urukundo bwawe bube ubwo kumpoza+,Nk’uko ijambo ryawe wabwiye umusavyi wawe riri+.
76 Ndakwinginze ubuntu bwuzuye urukundo bwawe bube ubwo kumpoza+,Nk’uko ijambo ryawe wabwiye umusavyi wawe riri+.