Yobu 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Mbega kw’isi ntihari igikorwa c’umuruho+ ku muntu buntu,Kandi imisi yiwe si nk’imisi y’umucangero+? Yesaya 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.”
7 “Mbega kw’isi ntihari igikorwa c’umuruho+ ku muntu buntu,Kandi imisi yiwe si nk’imisi y’umucangero+?
14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.”