Abanyefeso 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kubera ivyo, jewe Paulo, imbohe+ ya Kristu Yezu ku bwanyu, mwebwe abanyamahanga+... Abafilipi 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ku buryo imvuto zanje+ mu bijanye na Kristu zabaye akazwi na bose+ mu barinzi b’umwami bose no mu bandi bose+; Abakolosayi 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ng’iyi indamutso yanje, iya Paulo, n’ukuboko kwanje bwite+. Mugume mwibuka imvuto zanje+. Ubuntu ata wari abukwiriye bubane namwe. 2 Timoteyo 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntuterwe isoni rero n’intahe yerekeye Umukama wacu+, canke ngo uziterwe na jewe uwabaye imbohe ku bwiwe+, ahubwo wemere umugabane wawe mu kwihanganira imibabaro+ ku bw’inkuru nziza nk’uko ububasha bw’Imana buri+. Filemoni 13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nari gushima kumwigumiriza kugira ngo agume ankorera mu kibanza cawe+ mu mvuto+ ndimwo ku bw’inkuru nziza.
13 ku buryo imvuto zanje+ mu bijanye na Kristu zabaye akazwi na bose+ mu barinzi b’umwami bose no mu bandi bose+;
18 Ng’iyi indamutso yanje, iya Paulo, n’ukuboko kwanje bwite+. Mugume mwibuka imvuto zanje+. Ubuntu ata wari abukwiriye bubane namwe.
8 Ntuterwe isoni rero n’intahe yerekeye Umukama wacu+, canke ngo uziterwe na jewe uwabaye imbohe ku bwiwe+, ahubwo wemere umugabane wawe mu kwihanganira imibabaro+ ku bw’inkuru nziza nk’uko ububasha bw’Imana buri+.
13 Nari gushima kumwigumiriza kugira ngo agume ankorera mu kibanza cawe+ mu mvuto+ ndimwo ku bw’inkuru nziza.